NI GUTE BAGURA KURI BUJA FASTA?

Kugira ugure ikidandazwa kuri Buja Fasta, utegerezwa kuba ufise konte ya Buja Fasta, kandi profile yawe itegerezwa kuba yuzuye neza (amazina yawe yose, hamwe na numero ya telefone).

Imbere y’uko ugura, utegerezwa kuba ufise amahera muri wallet yawe ya Buja Fasta.
Nimba ata mahera ari muri wallet yawe, ntushobora kugura ikintu na kimwe kuri Buja Fasta.

INTAMBWE ZO KUGURA

  1. Fyonda ku kintu ushaka kugura.

  2. Fyonda kuri “Buy Now”.

  3. Hitamwo nimero "size" (nimba ico kintu gisaba guhitamwo size).

  4. Hitamwo uburyo bwo kuronka ikintu cawe:

  • Delivery (turakigusanza aho uri)

  • Pickup (uza kucitorera wewe nyene)

  • Niwahitamo Delivery:
    Turakigusanzayo aho uri .

  • Niwahitamo Pickup:
    Uza kucitorera aho dukorera:
    Galerie du Boulevard A18, mu gisagara hagati.